Mu miryango myinshi, urupfu ni ikintu giteye ubwoba – Akenshi iyo abantu baruganiraho bamanura ijywi kubera agahinda n'ubwoba. Ariko hari abantu akazi kabo gatangira iyo urupfu rubaye. Komeza usome ...
"Amarangamutima yacu abamwo agasembwa, iyo ubona umugore ari we aronka agashahara kisununuye kukurusha", uko ni ko Dave, umugabo yitaho ibikorwa vyo mu rugo avuga. Tom na we agira ati: "Biranshikira ...
Some results have been hidden because they may be inaccessible to you
Show inaccessible results