Diamand igira kabiri mu bunini mu zimaze kuboneka kw'is i- ibuye ry'agaciro ry'ama carat 2,492, ryazuwe muri Botswana mu kirombe c'ikigo c'abanya Canada Lucara Diamond. Ni ryo buye rya mbere rije ...